Delivery included to the United States

URUGENDO RUGANA UBURUNDI BW'ISEZERANO

URUGENDO RUGANA UBURUNDI BW'ISEZERANO

Paperback (30 Jul 2019) | Rundi

Not available for sale

Out of stock

This service is protected by reCAPTCHA and the Google Privacy Policy and Terms of Service apply.

Publisher's Synopsis

Abarundi ntibazokwama bicana uko imyaka itashe. Ntibazama bakurakuranwa guhunga igihugu cabo kandi nti bazama mu bukene, inzara n'urwanko barementanirizanya. Ikibazo c'Uburundi gihagaze ku kumenya ingene twotabaza Imana y'ukuri, Imana atari imana zo muvyiyumviro vy'abantu canke amadini. Ikibazo ni ingene twoshikira Imana yumva, ikavuga kandi igakora. Aha tworema kuko twarabonye inzira yo gushikira ya Mana yavuganye na Aburahamu wa munsi ikamuha isezerano, ya yindi yahamagara Mose iri mu gihuru caka kidatongongoka ha handi mu bugaragwa ikamuha gukura ihanga yitoranirije mu gihugu ca Egiputa, ya Mana yavuganye na Gidiyoni muri ca gitondo ikamuha ikimetso co gutsinda amahanga, irya Mana nyene yahamagaye intumwa Pawulo muri ya nzira ija i damasiko, ikamuha gutanguza ikanguro kw'isi yose. Iyo niyo Mana twavuganye nayo ikatubwira yuko iduhagurukije ngo tukagende nk'Ihanga ryayo rigana igihugu c'Uburundi bw'Isezerano.

Book information

ISBN: 9780359820641
Publisher: Lulu Press
Imprint: Lulu.com
Pub date:
Language: Rundi
Number of pages: 230
Weight: 340g
Height: 229mm
Width: 152mm
Spine width: 13mm